02:55 am - Tuesday 07 February 2012
Bujumbura, BY - 20 °CMostly Cloudy - Humidity: 78%
Advertisement

Currently playing: Mugisha

View all

  1. DONT TALK LIKE THAT NO BOBY LIKE YOUR SPEECH.WE NEED PEACE IN OUR COUNTRY,IF YOU THINK TO KILL BURUNDIAN PEOPLE IS SOLUTION THERE IS NO MATTER BUT GOD IS GOING TO PUNISH YOU, DONT THINK YOU ARE VERY STRONG THAN BUYOYA.NEGOCIATION IS VERY IMPORTANT IN OUR COUTRY AND IN ALL OVER THE WORLD. INTWAROMBI YA DD
  2. IYOVUGO YANGAKENGERE ABARUNDI TURAYIYAMIRIZE KUKO NTIDUHUMURIZA ABARUNI TWIGOREWE IHUMURIZA ABANEZEREWE NKABONYENE BARIKUBUTEGECI. INTWAROMBI YA DD
  3. MBEGA KOYANKA IBINGANIRO ARONDERIKI YATABA IBINGANIRO UYUMUSI ABARIKUBUTENGECI NYABUNA NAVYEMERE KUKO NINGIRAKAMARO,IBINGANIRO BITENGEREZWA KUBA KUKO BARYA BENE BURUNDI BARIKO BAZIRUBUSA BIHANGARARE KWICABANTU NUKUBAFUNGIRA UBUSA SIWOMUTI AHUBWO BIKOMEJE NUGUKWENGERA AMAKARA MUMPUZU NANYENE ARABIZI KUNGIRANGO AJE MWISHAMBA,EREGA ABOBARIKO BATOTEZWA NABENE BAFISE AMABOKO BARASHOBORA KUYAKORESHA NKUKO YAYAKORESHEJE KANDI MURICONGIHE BAROCA BEMERA IBINGANIRO ARUKO ABARUNDI BAMAZE GUHASINGA UBUZIMA NIBAYUNGANYE HARAGEZE. INTWAROMBI YA DD
  4. MBENGA UWOBABAZA YOHATABA IBINGANIRO UBAUVUNGIRA KWIRADIO URABESHA KANDI URIHENDA IBINGANIRO BIRAKENEWE HABIMANA
  5. On a trop souvent loué les hommes occupés à nous faire croire que nous étions heureux que ceux qui font que nous le fussions en effet.Quelle bizarrerie dans nos jugements! On nous demande de nous occuper utilement et on néglige les hommes utiles! (Didérot) Dès qu'il y a une  fraude massive du denier public, une demande de refus de visa d'entrée dans les paradis fiscaux  n'est  que bénéfique pour la trésorerie nationale.Pour que la présomption d'innocence soit applicable, il faut que le pays concerné  décide de devenir un état de droit dans le concert des nations. Notre pays reste affiché sur la liste des nations voyous puisqu'il n'extrade pas ses ressortissants d'une part,  et que son ordre juridique ne reconnaît pas les décisions de la cour internationale de justice de La Haye, d'autre part. En prenant cette initiative louable, Monsieur Gabriel Rufyikiri  a décidé de " Kuzitira utaronerwa". Il jette en même temps les bases de résolution du fameux problème de " Baracabitohooza". Joseph NDARUSANZE
  6. IHEREZO RYA BA DD RIZOBARIBI KUKO IVYOBAKORA BIRANUKA NIBARA KUBURUNDI NIBAREKE KUBESHA ABANTU NTABUTUNGANE BURIHO NIBASUMIRINDA GUSA BAYI. BIKOMAGU JEAN

Culture

Umutwakazi

Umutwakazi yasanze uruzi rwuzuye rumutwara umwana, Ati: “Ndahabereye inkuba, runtwariye umwana rus...

25.02.2011 | 1 comment
UBUSIGO BUHUMA NTIBUBA BUNINI

Habaye ingwe ikagira abakozi injojo : Bakame, Ruhongo, Rugurube, Rutangurirwa na Rugeregere. Vyose v...

25.02.2011 | 0 comments

Sport

Les Intamba font 3-1 à Bujumbura

Source : burunditribune Les supporters de l’équipe nationale de football, Intamba Murugamba (...

07.06.2011 | 0 comments
Inter Stars Eliminée

La formation Inter Stars du Burundi vient d’être éliminée de la Coupe de Confédération malgr...

02.03.2011 | 0 comments
Coupe de la CAF – Missiles FC du Gabon-Interstars du Burundi samedi en tour préliminaire retour

Après sa victoire (4-0) sur Interstars du Burundi le 30 janvier dernier en match aller du tour pré...

28.02.2011 | 0 comments

Switch to our mobile site